Iki gihugu kibaha amahirwe atandukanye m’ubuzima bw’iminsi yose, nubwo kuri bamwe babanza guca mumageragezwa menshi. Nk’ishengero, twifuza kubategurira ikibanza co guhimbarizamo Imana, aho mushobora kuduza ibiganza, n’amajwi vyanyu mugatazira Imana muburyo bubabereye.

Dutanga ikibanza gitekanye co gutangiramwo amashimwe, co gusangiriramwo ingaburo yera hamwe no gusengera abacu bose. Twese hamwe, turafashanya mugihe dufise Ibibazo bitandukanye, tukiyegereza Imana, tukayambaza kandi tukaririmba indirimbo zo kuyihimbaza nanone, tugashyigikirana tukanafashanya mu buryo butakanye. Tubifurije kugubwaneza hano kandi turizeye ko muzoba umugisha kuri kino gihugu cacu.

Mwifatanye natwe kandi mudufashe gushigikira ikibanza co guhimbaza mundimi n’imico bitandukanye. Dushikame mukwizera kwacu mukibanza cuzuyemwo ukubahana no kwihanganiranira bisanzwe arivyo mushinge uhesha icubahiro Imana n’igihugu ca Canada.

M’ugufatanamunda, tubandanye umuco n’akaranga, muburyo bwo gutez’imbere n’ugufashanya n’amashirahamwe ya leta, mugutang’ivyiyumviro vyo kurondera akazi hamwe no kumenyekanisha ubumenyi mufise. Turafise Uburyo bwo kubafasha mu bisabwa na leta no kurabira hamwe kazoza kanyu.

Imana Ibahezagire

L’Église anglicane vous souhaite la bienvenue au Québec au nom de notre Seigneur Jésus-Christ ! 

Ce pays vous offre toutes sortes d’opportunités, et peut-être, pour certaines personnes, après de nombreuses épreuves.

Comme Église, nous voulons vous offrir un lieu de louange où vous pourrez lever vos mains, vos coeurs et vos voix de manière naturelle à vous.Nous offrons un endroit sécur pour exprimer nos actions de grâce, pour partager la communion et pour prier pour ceux et celles qui nous sont chers. Ensemble, on se soutient pendant que nous vivons le défi de « chanter un cantique du Seigneur sur une terre étrangère ».

Nous vous souhaitons une pleine épanouissement ici et nous sommes confiants que vous apportez des bénédictions à notre pays. 

Joignez-vous à nous et aidez-nous à créer un lieu de louange pour les peuples de plusieurs langues et cultures. Approfondissons notre foi pendant que nous partageons le respect et la tolérance qui sont à la base de la bonne réputation du Canada. 

En fraternité nous échangeons des perspectives sur la culture canadienne, des approches les plus fructueuses avec les programmes de support gouvernementaux et des suggestions pour l’emploi et la reconnaissance des compétences professionnelles. Nous avons des ressources pour vous aider dans vos dossiers gouvernementaux et pour évaluer les perspectives d’avenir.

Que Dieu vous bénisse !